Awad &awally kids gtg boys

Awad &awally kids gtg boys Insha allah

04/10/2024
๐Ÿšจโœˆ๏ธSat-B kuri uyu Muhingamo Niho Yafata Rutemikirere Yerekeza Muri BELGIQUE๐Ÿ˜Š
03/10/2024

๐Ÿšจโœˆ๏ธSat-B kuri uyu Muhingamo Niho Yafata Rutemikirere Yerekeza Muri BELGIQUE๐Ÿ˜Š

Birihuta cane Dj Fernando +257 na Alvin smith frimeur n'umukobwa Wa La vache Tasha Oda Mumasaha make Bahejeje kugira isa...
19/08/2024

Birihuta cane Dj Fernando +257 na Alvin smith frimeur n'umukobwa Wa La vache Tasha Oda Mumasaha make Bahejeje kugira isanganya aho bita Muminago Bagiye muri show mu Rumonge Ariko kandi Imana yarakinze ntawahasize Ubuzima ariko imodoka yononekaye cane Alvin yakingiwe na Protection yo kuri volant Tubandanye dusabira kuramba abaririmvyi bacu๐Ÿ™๐Ÿป...

๐ŸŽค

Pariya na 1xbet ukoresheje code promo AWAD1
10/08/2024

Pariya na 1xbet ukoresheje code promo AWAD1

10/08/2024

AWAD1

Burundian film โ™ฅ๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ SaSabbas Nkurunziza
05/08/2024

Burundian film โ™ฅ๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ SaSabbas Nkurunziza

Ubu jewe nanguye gukunda ca Sat-B ubu nawe asigaye azi kugura views ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ namwe musigaje iki kugura views ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ mwihende m...
01/08/2024

Ubu jewe nanguye gukunda ca Sat-B ubu nawe asigaye azi kugura views ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ namwe musigaje iki kugura views ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ mwihende muzigure kandi indirimbo zanyu arurukato Je vais bien ni Hit zurukato karabasasu yaranyemeje ndemeye ama piano muyamurekere๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Muraho ?? Gahunda ni ejo kumugoroba 17h:00 duhezagigwe nindirimbo yanje nshasha โ€œ Yamisi โ€œ๐Ÿ™๐Ÿฅฐ
18/07/2024

Muraho ?? Gahunda ni ejo kumugoroba 17h:00 duhezagigwe nindirimbo yanje nshasha โ€œ Yamisi โ€œ๐Ÿ™๐Ÿฅฐ

Bose nabaruguru mumitumba bahe aamahigwe nabo biyumve neza biciye munguvu zanyu LinoG na Alvella Muhimbare .. Muku Vote ...
06/07/2024

Bose nabaruguru mumitumba bahe aamahigwe nabo biyumve neza biciye munguvu zanyu LinoG na Alvella Muhimbare .. Muku Vote Link iri muri cmntr...

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ช UBUBIRIGI BURARYOHEWE CANE | ABAFANA BA SAT-B BABAYO BAGIYE KWONGERA KUMWIBONERA AMASO MU YANDI.๐Ÿ“Œ Yarawurwaniye, Yara...
22/06/2024

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ช UBUBIRIGI BURARYOHEWE CANE | ABAFANA BA SAT-B BABAYO BAGIYE KWONGERA KUMWIBONERA AMASO MU YANDI.

๐Ÿ“Œ Yarawurwaniye, Yarawurwaniye, Uyu muziki Sat-B yarawurwaniye, Iri zina ryo ? Ntiwakuze uryumva ?

๐Ÿ“Œ Guhera kumyaka ya 2010 Big Fizzo hamwe na Lolilo bagiye kurondera ubuzima i buraya Sat/B yarafashe defence yโ€™umuziki wโ€™uburundi akoresheje icuma yise โ€œ Inkuru Yโ€™ukuri Album"

๐Ÿ“Œ Benshi Mubarundi bari mu Burundi ico gihe ubu bari mu bihugu bitandukanye. Abo mu bubirigi baribuka za Inkuru Yโ€™ukuri, Nyerera, Arabesha nโ€™izindi.

๐Ÿ“Œ Abagiyeyo Inyuma ya 2015 ni iyindi generation, Iyi yoyo ni generation Satura Mabafle nโ€™amabuye aho bakanyukuye kugezaho gacika akaririmbo kโ€™igihugu.

๐Ÿ“Œ Guhera 2018 Kuduga 2024, Generation No Love, Feel Love, Beautiful, Ndemeye nโ€™izindi nyinshi yasohoye mu nyuma, Ubishize hamwe bitwereka ko azokoranya Urunganwe rutandukanye rwโ€™abarundi baba mu Bubirigi.

๐Ÿ“Œ Mukamenya ko iyi izoba ari incuro ya kabiri umuririmvyi Sat-B ateramisha kuri uyu mugabane wa buraya inyuma ya Sweeden mu mwaka uheze aho yahahuriye na Harmonize ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ, Cokimwe na Yemi Alade ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ .

Address

5รฉ Avenue
Gitega
GERANT

Telephone

+25761665748

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Awad &awally kids gtg boys posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Awad &awally kids gtg boys:

Share