MGC TV

MGC TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MGC TV, Computer Company, GITEGA, Gitega.

EST UNE PAGE DE PUBLICATION DES PRODUITS ET DES SERVICES EN DOMAINE INFORMATIQUE ET TECHNOLOGIE D'UNE SOCIÉTÉ MGC IWACU TECHNOLOGY AGREE ET ENREGISTRÉ SOUS L'ORDRE DE RÈGLEMENT INTÉRIEUR DONT RC:0060833/24
NIF:400279543
Tél du représentant+25761052198

24/10/2023
24/10/2023

IYEMERE UKORESHE AKA GA TRICK UMBWAMBERE KUMUKU ZO WAWE MURI WHASTAPP

🔴  : « Naje mu Burundi n’imodoka kugirango nshobore kubona Uburundi uko bumeze, mbone ivyiza vyaho, kugira kandi menye n...
30/07/2023

🔴 : « Naje mu Burundi n’imodoka kugirango nshobore kubona Uburundi uko bumeze, mbone ivyiza vyaho, kugira kandi menye n’ahantu hatandukanye ». Niko Bruce Melodie ahejeje kubishikiriza mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kiriko kirabera, kuri hôtel tropitel, mu gisagara ca Gitega.

Yagize ati: « Nta mahera yo kuriha indege twabuze, ariko kandi n’amabarabara birakenerwa ko tuyacamwo. Naje rero gukora igiteramo natumiwemwo na Primus Burundi. Suko ndi ambassador w’ikinyobwa Primus mu Rwanda, arivyo vyatumye nza. Oya, Ishirahamwe rikora Primus mu Rwanda rifise uko rikora, iryo ngaha mu Burundi naryo nyene rifise uko ritunganije. Ico nijeje abantu bazoba bari kuri Stade Ingoma, ni igiteramo kidasanzwe, kiryoshe kandi ciza. Ikintu nobabwira cotuma muza nuko hari abigeme nazanye, bazi gutamba kandi beza cane. Ndafise Band y’abacuraranzi nziza, hama kandi nanje ubwanje, nizanye kandi ndifitiye icizere.»

TV

20/07/2023
20/07/2023

RABA UKO WOGURA AMAMEGA AZIMBUTE KURI LUMIPAY🎬🎬🎤

Nakumiro arinkawe wovuga gute? Imbere ya pasteur ?
20/07/2023

Nakumiro arinkawe wovuga gute? Imbere ya pasteur ?

Impamvu FIFA yatandukanije inkino z'abahungu n'abakobwa
20/07/2023

Impamvu FIFA yatandukanije inkino z'abahungu n'abakobwa

A n'est pas râté
19/07/2023

A n'est pas râté

Address

GITEGA
Gitega
99321

Opening Hours

Monday 07:00 - 17:00
Tuesday 07:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 13:00
Saturday 10:00 - 17:00

Telephone

+25761052198

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MGC TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MGC TV:

Share