Hero's In God

Hero's In God Hero's in God est un groupe de chanteuses se trouvant au .

Muhezagirwe nino ndirimbo ❤️❤️ Faraday key
20/05/2025

Muhezagirwe nino ndirimbo ❤️❤️ Faraday key

03/11/2024
31/01/2024

📢 Hello bakunzi ba Hero's In God, twashaka kubasangiza ikiganiro twakoze kuri Black FM aho twari twatumiwe mu kiganiro THE STAR SYSTEM

burundi gospel music Bestof257

Bakunzi b'umugwi wacu Hero's In God mwaramutse neza?😊Turi n'iteka ryo kubamenyesha ko uyu munsi igenekerezo rya 29 Nzero...
29/01/2024

Bakunzi b'umugwi wacu Hero's In God mwaramutse neza?

😊Turi n'iteka ryo kubamenyesha ko uyu munsi igenekerezo rya 29 Nzero 2024 turi abatumire kuri Radio mu kiganiro The Star System igihe c'isaha icenda.

🤏🏿 Muhawe ikaze kudukurikirana kugira mwumve vyinshi muvyo turiko turabategurira.
Turabakunda.

🎯 Wari umunzero udasanzwe aho ejo ku munsi wa gatanu 19 Nzero 2024  twari twatumiwe mu kiganiro   kuri Radio EJO HEZA FM...
20/01/2024

🎯 Wari umunzero udasanzwe aho ejo ku munsi wa gatanu 19 Nzero 2024 twari twatumiwe mu kiganiro kuri Radio EJO HEZA FM LIVE. Twongera dushimira Mc Machad de la capital kuba yaratwiyumviriye ko aradutumira mu kiganiro.

👏Dushimire n'abatwumvirije bose, bakakura, bakaturungikira ubutumwa, bakongera bakadutera intege, mwagize neza cane. Mwubahwe! Indirimbo yacu bandanya muyikurikirana ni Arabikora by Heros in God (official video 2023) https://www.youtube.com/watch?v=bvCuM4pyVzY

📌Turiko tubategurira vyinshi bishasha gumana natwe.

Siren Vibes TV Mashariki TV Akeza.net Magazine Jimbere Hero's In God

05/01/2024

Hello hellooo Bakunzi bacu mumeze neza.!!! Umwaka mwiza mwese. Umugwi wanyu mukunda cane Hero's In God urabipfuriza umwaka mwiza wa 2024, aho tugiriye ko tubamenyesha ko uyu mwaka tugiye kubaha ibikorwa vyinshi twongera tubasaba kutuba hafi mu gushigikira ibikorwa vyacu.
Murakoze.

05/01/2024

Arabikora by Hero's In God (Official Lyrics)
_______________________________________________________

1. Mu rukerera rwo mu gitondo naronse urwete rwawe
Ohh ruvuga kanguka
Ohh rugukomerez' umutima

Kuki wigize nk'impumyi wibagira isezerano
Wake up X3 ngiy'indirimbo yawe
Ushira Kure ukwizera (ukwizera)
Ushira Kure ico twayaze (twayazee)
Alright X3 ngaya amajambo yanje

R/ Nta jambo mvuga nivuguruza
Nama ndinda ico navuze
Igihe cawe sink'igihe canje
Ohh mwana wanje we rindira ndabikora
X2

2. Naciye ndonk'indirimbo (indirimbo)
Ndayishira mu mutima
Nzokwama nibuka urwete rwawe (urwete rwawe)
Kwari rwo rwanzaniye intsinzi
Nzokwama nibuka urwete rwawe (urwete rwawe)
Kwari rwo rwanzaniye guhaguruka X2

R/ Nta jambo avuga yivuguruza
Yama arinda Nico yavuze
Igihe ciwe sink'igihe cacu
Ohh ncuti yanj
We rindira arabikora

Arabikoraaaaa
Arabikoraaaaa

13/11/2023

Umurwi wabakobwa batatu bakarishe gose witwa Hero's In God
Mumfashe dushigikire zino mpano Link yindirimbo yabo iri muri commentaire

@à la une@followers

Bakunzi bacu, ntitwigera tuyaga amasigaracicaro, nk'uko twabibemereye indirimbo yacu ya mbere irageze ku rubuga rwa YouT...
12/11/2023

Bakunzi bacu, ntitwigera tuyaga amasigaracicaro, nk'uko twabibemereye indirimbo yacu ya mbere irageze ku rubuga rwa YouTube.
Arabikora by Heros in God (official video 2023)
Mwibuke kuyisangiza abandi.



Arabikora ni indirimbo ya mbere y'umugwi mpimbazamana Hero's in God. Mwari muyirindiranye igishika none irabashikiriye. Yumvirize mwibuke kuyisangiza n'aband...

Hello bakunzi bacu mumeze neza. Muri rwa rukunda musanzwe mudufitiye, n'ukwihangana mwagize, twashaka kubamenyesha ko in...
11/11/2023

Hello bakunzi bacu mumeze neza. Muri rwa rukunda musanzwe mudufitiye, n'ukwihangana mwagize, twashaka kubamenyesha ko indirimbo yacu ya mbere y'umugwi wanyu mukunda Hero's In God ejo aho bukera 12/11/2023 isaha cumi na zibiri z'umugoroba (18h) ahabona ku rubuga rwacu rwa YouTube.

Twashaka kubasaba mubandanye mugira subscribe kuri channel yacu : https://www.youtube.com/channel/UCZ7vyQ6M7Q17BBvD7FXTYfA
Mwibuke gutumira incuti n'abagenzi kugira ngo muzodufashe kwakira ico gikorwa cacu gishasha.
Murakoze.

Followers

Hello, hello bakunzi bacu! Muraho mumeze neza? Vuba cane igikorwa cacu kiraja ahabona mu kurindira ba muragira subscribe...
05/11/2023

Hello, hello bakunzi bacu! Muraho mumeze neza?

Vuba cane igikorwa cacu kiraja ahabona mu kurindira ba muragira subscribe kuri channel ya YouTube yacu Hero's In God
https://www.youtube.com/ mwongere mutumire n'abagenzi banyu.

Mugire umunsi w'Imana mwiza.

Hero's in God est un groupe de chanteuses se trouvant a .

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25761468115

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Hero's In God posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share