Savoir vivre

Savoir vivre savoir vivre est une page permetant surtout pour les jeunes d'échanger coment pouvons nous dévelo

05/11/2021
02/11/2021

inyuma yimisi myinshi tutayagiy kur page yanj ndagaruts.muraho g bakunz banj?

21/09/2020

mwiriwe canke mwaramutse bivanye naho muherereye!igihugu cifashe neza murino misi kimeze neza kandi numutekano niwose tugereranije nimisi iheze!urwaruka canecane twebwe dushomeye hakenewe ko dufashanya mukurindira ico reta nkozi yodufasha.dufashanye iki?like na share kuriyi page mbabwire uko vyoshoboka twese tugiye hamwmwiriwe canke mwaramutse bivanye naho muherereye!igihugu cifashe neza murino misi kimeze neza kandi numutekano niwose tugereranije nimisi iheze!urwaruka canecane twebwe dushomeye hakenewe ko dufashanya mukurindira ico reta nkozi yodufasha.dufashanye iki?like na share kuriyi page mbabwire uko vyoshoboka twese tugiye hamwe!

03/08/2020

biraryoshe uwawe ateye imbere!birababaz iyuwaw atey imber ntiyibuk ko har abiwe bamerew nabi!ndanezerw iy mbony urungano rugend rutera imbere.nkababazw nuk uwo murungano ashobora kwirengagiz ivyiyunviro vyanj kuberak yantanz kugera kuvyiwe.uyu mugabo yavuz aya majambo yaribeshe canke nukur?ivyiyunviro vyanyu birakenew!murakoz.

22/07/2018
20/10/2017

Muburundi umurindi wurwaruka ndetse nabisumbuye baheza amashure nibenshi cane.ikibazo kihari izo ncabwenge zose nibake baronka ico bakora guko nubuzi buboneka akamwana wamama ntikarahava.none ko intwari nka Ndadaye Merchior na Prince Lui Rwagasore baduhaye ubwigenge kugira twisanzure murivyose ndetse nuko kuronka akazi bikaba birimwo,sebarundi canke uwariwe wese akeneye kuxagirwa intwari nkaba Bantu babiri ariko akoriki kugira uruvyiruko rwiki gihe ruzobahayagize nkuko nabo bivuga izontwari?kurimwebwe mubona muburundi tukiri inyuma mwiterambere kandi aruko batwima ubuzi nimitahe bikiganzira bamwrbamwe hokorwa iki kugira mukarere turimwo basubire kudufatirako akarorero?à vous Sur le clavier.

07/02/2017

m8riw

25/01/2017

ndabaramukij mwese bakunz biy page!murakomey? muradutung kubon twaratevy kwipfurizany umwak mushash na noel!uw niw mwany wo kwipfurizany iy mis mikur.murah murakomey?uy mwak uz ubaber uwimish nibitangaz vyinsh.murakoz!

19/01/2017

ndabaramukij mwes ncut dusangiy grp!murakomey?twebw mtitwidog!twaripfuj kubipfur,iz noel na bn an nah vyagorany ak nik kany.

30/08/2016

mwaramuts ben wacu!muraho murakomey?haciy imis hamenyekany amanota ya concours kuban bo mumwak w'9.twes twaranezerejw naba bene wacu guk twihwej igitigir cabameny kirashimishij.turabakej rer nibabandany baronder ubuzim nab boronk kazoz kez.murakoz mwes.

02/06/2016

bagenzi nkunda namwe mukankunda ndabaramukije!hasigaye imisi mike ng'urwaruka rwo mumashure y'umwaka w'9 nuw'10 bakora ikibazo kibah uburenganzira bwo kuja mugice ca 2 c'amashure yisumbuye aho havurwa ko muribo hazovamwo nabazokurikirana amashur y'imyuga.ikibaz rero"muheruts kwunva nyakubahw umukuru w'igihugu munama yagiranye nabanyagihugu mumugamba avuga ko abanyeshure nibaja muburuhuk bazoc baja muvy kwubaka amashure.mbeg nayo yimyuga k tubona muburund buzima ngira atanibice 2% vy'amashure y'imyuga ahari?"nimugir ico mumubwiye mumusab nic yokwhutira.

Address

Rutana

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Savoir vivre posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Savoir vivre:

Share