Barankeba Bienvenu

Barankeba Bienvenu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Barankeba Bienvenu, Information Technology Company, Nyakabiga.

29/04/2022
19/04/2022
MissBurundi 2022
19/04/2022

MissBurundi 2022

15/04/2022

🔥🔥🔥 Les amis siyo blague
Niko Bxl muri Juin...
FIREEEEEE
Gura tickets vuba!!!

09/04/2022

Kubera ikena ry'ama "bus", bashizeho "groupe" WhatsApp yo kuza baratahana n'amaguru

👌🏽 Wa mugani w'Abarundi uvuga uti "uwuvunitse yiga gucumbagira", waza waja mu ngiro.

🚌 Kubera imirongo miremire usanga ku bituro vy'ama "bus" aha muri Mairie de Bujumbura, hari abahisemwo gushiraho "groupe" kuri WhatsApp yo kuza baratahana n'amaguru. Bayise "Tuharye i reggae" (tuhagende n'amaguru ku batari bazi iyo mvugo) 🤭

🤔 None bigenda gute ?

📲 Mu kiranga iyo "groupe" (bimwe bita "description" mu gifaransa), handitse ibi bikurikira : "Ino groupe yashizweho kugira abari hafi baze barabwirana, kugira batahane bari kumwe. Ushaka kwiyunguruza uva mu gisagara canke hagati muri karitiye, urandika ubaza ko hari uwuri hafi y’aho uri maze abonetse mukajana".

Ubu iyo "groupe" ikaba imaze gukwiza abantu (membres) barenga amajana abiri 😮

🙈 Basomyi, ako gakenyuro kakozwe n'abo bantu, mukavuzeko iki ?


Vote my favorite team guys.
08/04/2022

Vote my favorite team guys.

19/03/2022

Nshuti Muheto Divine abaye Miss Rwanda 2022

Les beautés de Chez nous
15/03/2022

Les beautés de Chez nous

Vyanse gose ucuduga
11/03/2022

Vyanse gose ucuduga

13/02/2022
18/05/2021

Bienvenu

Address

Nyakabiga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Barankeba Bienvenu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Barankeba Bienvenu:

Share