Studio menya ivyo utaruri kuri téléphone

Studio menya ivyo utaruri kuri téléphone studio menya ivyo utaruzi ni page yigisha ibintu bijanye na technologie ahanini kubijanye na telephone hamwe n'imashini nyabwonko ordinateur

Ndabahe bwakeye cank mwaramutse bivanye naho umwe wese aherereye Mugire Aho muba mwubahweKubantu twarikumwe muri group y...
18/04/2025

Ndabahe bwakeye cank mwaramutse bivanye naho umwe wese aherereye
Mugire Aho muba mwubahwe
Kubantu twarikumwe muri group yakera ya studio menya ivyo utarizi kuri telephone
Mumaze igihe kinini cane atamakuru mubona avugirwa muri group bitewe nkukuntu nukuntu Numero yacu yari yahagaritswe kuri WhatsApp bagiye kuyinsubiza nsang ata group nimwe ndimwo nirya nasanze ntakirimwo
Nimwiyo ntumbero dushimye gushikaho iyindi group tubasaba ko mwoyijamwo kuko tugiye kubandanya twigishanya ibintu vyubwenge harimwo nibishobora kuduteza imbere twebwe aba June
Link yayo ngiyi

WhatsApp Group Invite

24/03/2024

Hello guyz mumez neza get ready New vidéo coming soon

Excuse igihe giheze si gito tutariko turabaha ivyo twiyemeje kubaha bishasha kubijanye nubumenyi  muri telephone, Pc..Ku...
15/07/2023

Excuse igihe giheze si gito tutariko turabaha ivyo twiyemeje kubaha bishasha kubijanye nubumenyi muri telephone, Pc..

Kuva lundi Le 17/07/2023 turatangura kubaha ibigezweho uwutari bwakore follow kuri IYI page 📄 yaracerewe to injoy new video🎤📺

15/05/2023

Hello every one

25/03/2023

hello guy muribiyi video nagiye kubereka akantu mutari muzibkari muri setting ya terefone zanyu niba telephone yawe ihora ijamwo tolk back iyi video uramweteka ukwo ubikuramwo mukomeze kudushikira mukora like na share uri mushasha ntugende udakoze follow kuri iyi page

abantu mushaka ko dufadikanya gukorera amafaranga muri berry exchange ngiyo group whatsap Murahawe ikaze

👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/IUIVk4XQ1xjEVoDqcCHWwk

Inkuru  ibabaje cane         Umuririmvyi     Yitavye IMANA  mwomenyako  yari arwariye kwivuriro ryigenga  riri mugisagar...
24/03/2023

Inkuru ibabaje cane
Umuririmvyi
Yitavye IMANA mwomenyako yari arwariye kwivuriro ryigenga riri mugisagara ca NGOZI aho bita kwa moïse 😥😪

08/03/2023

🇧🇮visit ngz hello guyz mwiyi video nagiye kubereka ukuntu mukora montage ya photo muguhingura background ya photo

Mukore like na share uri mushasha kora follow kugura uzohore ubona video ukwo tuyishizeko

BURUNDI 🇧🇮 mon pays
07/03/2023

BURUNDI 🇧🇮 mon pays

18/02/2023

Hello every one nice week end guyz

13/02/2023

Hello guyz

02/02/2023

Address

RN1
Ngozi
0000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Studio menya ivyo utaruri kuri téléphone posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Studio menya ivyo utaruri kuri téléphone:

Share