Pi network Burundi

Pi network Burundi Kwungurana ubumenyi kubijany na Pi Network

Hello bakunzi bacu, ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡Kora  ,   na   uzohore uronka amakuru agezwehoITANGAZO:PCM BURUNDI YUGURUYE, UMUNTU YAKOZE KYC ...
09/10/2022

Hello bakunzi bacu, ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Kora , na uzohore uronka amakuru agezweho

ITANGAZO:
PCM BURUNDI YUGURUYE, UMUNTU YAKOZE KYC ASHAKA KUGURA IKINTU KIRI MURI PCM BURUNDI KO YOBANZA KUVUGANA N'UBUYOBOZI BWA PCM KUGIRA BUGUSHIRE EN CONTACT NUMUDANDAZA MUMISI YAMBERE NTIHABE IKOSA RIJANYE NO KURUNGIKA CANKE KUGURA.
IBINDI BIJANYE NO KUGURA MURABIMENYESHWA HANYUMA.

04/09/2022

Mukwiyandikisha na kurabira hamwe ingene isoko ihagaze
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Mwibuka , 'aime na 'abonner

ICEGERANYO C IVYAVUYE MUNAMA YA PCM INTERNATIONNAL.Inama yatanguye 16h ihera 17h10'. Ivyashikirijwe:Kwibutsa abarongozi ...
04/09/2022

ICEGERANYO C IVYAVUYE MUNAMA YA PCM INTERNATIONNAL.
Inama yatanguye 16h ihera 17h10'.
Ivyashikirijwe:
Kwibutsa abarongozi ba PCM muburere ico bajejwe:
-Gufasha abashaka kugura no kugurisha.
- kutaja mubariko barashinga agaciro ka pi
-kumenyekanisha PCM kuma reseaux sociaux.
- Guhamagarira abantu kwiyandikisha muri PCM
Ivyo birangiye baciye badusaba ko aba pionnier mwokwijukira gukoresha urubuga twetter kuko niho hazoza haraca bishasha:
https://twitter.com/pichainmall
Murazi ko twuguruye isoko itariki 28/8/2022 ariko ntivyakunda neza, ubu rero ejo aho bukera 03/09/2022 turugurura ibikorwa nyezina duhereye mugihugu ca VIETNAM samedi, hakurikire MALAISIE dimanche PHILIPPINE lundi.
Bikunze atagatosi hazoca hugururwa isoko nyezina kuri bose. Murico gihe abajejwe uburere bafise ama certificat bazoca baronswa uburenganzira bwo kwemeza ibidandazwa vyo mubihugu vyabo.
Tukaba tumenyesheje abatararonka izo mpapuro ko mundwiza bazozironswa.
Ikibazo nabajije kijanye nabantu bari bantumye ko bari tayari kudandaza mundwi yakabiri badusavye twitegure neza.
Murakoze.
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Mwibuke , 'aime na 'abonner

Komeza mucukure mwibuka ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡S'abonner,  partage ma j'aime
28/08/2022

Komeza mucukure mwibuka
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
S'abonner, partage ma j'aime

Je vous envoie 1ฯ€ ! Pi est une nouvelle cryptomonnaie dรฉveloppรฉe par des docteurs en Science Informatique de Stanford, a...
12/08/2022

Je vous envoie 1ฯ€ ! Pi est une nouvelle cryptomonnaie dรฉveloppรฉe par des docteurs en Science Informatique de Stanford, avec plus de 35 millions de membres ร  travers le monde. Pour rรฉclamer vos Pi, suivez ce lien https://minepi.com/stenday99 et utilisez mon pseudo (stenday99) comme code d'invitation.

Gerageza nawe urabe๐Ÿ‘†๐Ÿ‘†๐Ÿ‘†๐Ÿ‘†๐Ÿ‘†

Fyonda ngaho kugira uzoze uraronka amakuru ajanye ma pi netework, hama wibuke j'aime na partage๐Ÿคœ๐Ÿค›
08/08/2022

Fyonda ngaho kugira uzoze uraronka amakuru ajanye ma pi netework, hama wibuke j'aime na partage๐Ÿคœ๐Ÿค›

Kubashaka kumenya amakuru yo muri pi network Gira s'abonner kwiyi page, ugire j'aime na partage
08/08/2022

Kubashaka kumenya amakuru yo muri pi network
Gira s'abonner kwiyi page, ugire j'aime na partage

โ—โ—โ—Tubamenyeshe ko abakoresha pi netework muri Nigeria bugariwe compte zabo, aho ni mugihe bari batanguye kugurisha pi z...
05/08/2022

โ—โ—โ—Tubamenyeshe ko abakoresha pi netework muri Nigeria bugariwe compte zabo, aho ni mugihe bari batanguye kugurisha pi zabo no kuzi vunjisha kandi hataragera bibujijwe.
Namwe ndabararikire kuzizigama ntimuendwe๐Ÿคท๐Ÿคท
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
Tubibutsa gukanda s'abonner, j'aime na partage

03/08/2022

Kubashaka kumenya amakuru agezweho muri Pi Network,
Kanda s'abonner na partager kuri page ubikurikire aho wibereye

Avec pi network, nous serons des millionaires๐Ÿ‘๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡S'abonner et partager la page pour plus d'information
02/08/2022

Avec pi network, nous serons des millionaires๐Ÿ‘
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
S'abonner et partager la page pour plus d'information

Address

Buyenzi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pi network Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Pi network Burundi:

Share