RADIO CCIB FM +

RADIO CCIB FM + radio de vos embitions CCIB FM+, CEO .

CFCIB Building-avenue du 18 Septembre
B.P: 313 Bujumbura
Medias Pr( MA.II ) / Burundi Bar Ass (LLB) *
Cell: (+ 257) 79735017 - 61853641
Land Lines: (+257) 22228604 / 22229292

01/04/2026

Mbega umukenyezi arashobora kwiteza imbere akarengera amabi afatiye ku butunzi yakorewe? Ni bande bofasha kugira abireng...
09/02/2024

Mbega umukenyezi arashobora kwiteza imbere akarengera amabi afatiye ku butunzi yakorewe? Ni bande bofasha kugira abirengere? Ido n'ido mu kiganiro duhane ijambo ushikirizwa na Studio ijambo igisata co kumenyesha amakuru ca SFCG.

13/01/2024

Mbega Kubwanyu imico canke imigenzo birafitaniye isano n' iterambere ry'umukenyezi?Kubwanyu vyokoreshwa gute kugira bifashe ikibano gushigikira iterambere ry'umukenyezi? Ni mukurindira ikiganiro Duhane Ijambo kimwe mubiganiro mushikirizwa mumugambi je na we mw'Iterambere. Akaba ari ikiganiro mutegurirwa na Studio Ijambo Igisata co kumenyesha amakuru c'ishirahamwe mpuzamakungu Search for Common Ground kigasamirana kuma radio 15 mu Burundi.
Ico kiganiro muzogikurikirana kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 13.01.2024 kuri radio + 99.4Mghz isaha zitanu zo mugitondo (11h00).
Intererano yanyu ni ntangere.
Hamagara kuri 79 046 943 iminota itanu inyuma y'ikiganiro.

Mubona Uruhara rw’ibimenyeshamakuru ari uruhe mukuduza ishusho nziza y’umukenyezi nico bifasha kw’iterambere ryiwe ? nin...
30/12/2023

Mubona Uruhara rw’ibimenyeshamakuru ari uruhe mukuduza ishusho nziza y’umukenyezi nico bifasha kw’iterambere ryiwe ? ninavyo ikiganiro Duhane Ijambo co kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 30.12.2023 isaha zitanu zo mugatondo (11h00)kuri radio +
kikaba kiremesherezwa muri Commune Nyanza-Lac y’intara ya Makamba. Duhane Ijambo mugitegurirwa na Studio Ijambo, igisata co kumenyesha amakuru c’ishirahamwe mpuzamakungu Search For Common Ground mu Burundi gica kumaradiyo 15, mu mugambi « JE NA WE MW’ITERAMBERE »
Mufise ico muterera,hamagara kuri 79046943 iminota 5 (5min)inyuma y'ikiganiro

22/12/2023

ikibano kirafise uruhara runini mu gukinga no gufasha abahuye n'amabi afatiye ku gitsina. I do n'ido ni mu kiganiro duhane ijambo kiremesherejwe mu gisagara ca Bujumbura, ikiganiro mutegurirwa na studio ijambo igisata co kumenyesha amakuru c'ishirahamwe mpuzamakungu SFCG mu Burundi.
Kigaca kumaradio 15 asamirana hano muburundi ari mumugambi ''Je na we mw'iterambere''.
Ico kiganiro muzogikurikirana kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 23.12.2023 kuri radio + 99.4Mghz isaha zitanu zo mugitondo (11h00).
Intererano yanyu ni ntangere.
Hamagara kuri 79 046 943 iminota itanu inyuma y'ikiganiro.

21/12/2023
08/12/2023

Mugihe turi mw'isekeza ry'imisi cumi nitandatu yo kurwanya amabi afatiye kugitsina, hokorwa iki kugira atuzwe burundu?Ni kimwe mubibazo Ikiganiro Duhane ijambo y'uno musi igarukako ikaba iremesherezwa ahasanzwe hari ikigo Humura kiri mugisagara
ca rumonge cakira abahohotewe bahuye n'amabi aho abatumire batandukanye baganira uruhara mugufasha gukinga no guhasha ayo mabi na cane cane

Duhane Ijambo mugitegurirwa na Studio Ijambo igisata cokumenyesha amakluru c'ishirahamwe mpuzamakungu Search For Common Ground mu Burundi kigaca kumaradio 15 asamirana hano muburundi ari mumugambi ''Je na we mw'iterambere''.
Ico kiganiro muzogikurikirana kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 09.12.2023 kuri radio + 99.4Mghz isaha zitanu zo mugitondo (11h00).

Aho iwanyu biramaze gushika?mwavyifashemwo gute? Intererano yanyu ni ntangere.
Hamagara kuri 79 046 943 iminota itanu inyuma y'ikiganiro.

Address

Bujumbura
00257

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when RADIO CCIB FM + posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share