Econet Burundi

Econet Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Econet Burundi, Telecommunication Company, Building de la ZEP, Chaussée Prince Louis Rwagasore, Bujumbura.
(1)

Econet leo S.A Burundi a été lancé en Mars 2009 et est le réseau à plus forte croissance et le plus innovant avec une couverture dans l'ensemble des 18 provinces du Burundi.

17/08/2026

🚀 RWIZA INYUNGU YANYU! Bafatanyabikorwa (Agent), ronka komisiyo ya 20% ku maMega umunywanyi aguze akoresheje EcoCash! 💰📲...
10/08/2026

🚀 RWIZA INYUNGU YANYU!

Bafatanyabikorwa (Agent), ronka komisiyo ya 20% ku maMega umunywanyi aguze akoresheje EcoCash! 💰📲

👉 Fasha umunywanyi kugira depot kuri EcoCash.
👉 Mwereke ingene agura amaMega akoresheje EcoCash.
👉 Ahejeje kugura, fyonda *444*1*inomero y’umunywanyi # ukoresheje agent yawe, uronke 20% ya komisiyo! 🎉

Fasha benshi, uronke menshi! 🔥
Guhera uno munsi, twese dufashe abanywanyi kuronka amaMega menshi biciye muri Nezerwa na EcoCash aho umunywanyi aguze amaMega na EcoCash aca aronka agaseke k'inyongera kangana nako aguze.

📞 Ufise ico ubaza? Hamagara 444.






30/07/2026

🎁 RONKA INTERENETE NYINSHI, KU GICIRO KIMWE! 📲

Kubera iki ugura agaseke kamwe kandi ushobora kuronka tubiri ku giciro kimwe?

Ukoresheje EcoCash, urashobora kuronka interenete irenze ku giciro kimwe! Fyonda *444 #, uhitemwo 3, hanyuma ugure agaseke ka internet wipfuza ukoresheje EcoCash.

🎁 Gura agaseke 1 → Ronka akandi KU BUNTU!
📲 Ronka internet incuro zibiri ku giciro kimwe.
💙 Tumatumanako n'abo ukunda, uganire, urabe amavidewo, ukoreshe internet yawe uko ushaka!

👉 Fyonda *444 # uno musi, uronke akandi gaseke ku buntu!

⏳ Poromosiyo yatanguye ku wa 9 Mukakaro 2026.






🎁 NEZERWA NA ECOCASH YAWE!Tangura iyi ndwi ufise internet nyinshi! Fyonda *444 #, gura agaseke ka internet ukoresheje Ec...
20/07/2026

🎁 NEZERWA NA ECOCASH YAWE!

Tangura iyi ndwi ufise internet nyinshi! Fyonda *444 #, gura agaseke ka internet ukoresheje EcoCash uciye kuri 3, hanyuma uce uronka akandi gaseke kangana n'ako uguze ku buntu. Ni uburyo bworoshe bwo kuronka internet incuro zibiri ku giciro kimwe, ukoresheje EcoCash.

📲 Fyonda *444 # uyu munsi!
🎁 Gura agaseke kamwe, uronke akandi ku buntu!
⏳ Poromosiyo yatanguye kuva wa 9 Mukakaro 2026.

Tubipfurije umunsi wa mbere mwiza n'indwi irimwo amahirwe menshi!







13/07/2026

🔴GURA AGASEKE KA INTERNET UKORESHEJE ECOCASH, URONKE AKANDI KU BUNTU! 🎁
=========================
Fyonda *444 #, gura agaseke ka internet ukoresheje EcoCash, hanyuma uce uronka akandi gaseke kangana n'ako uguze ku buntu. Ni uburyo bworoshe bwo kuronka internet nyinshi ku giciro kimwe.

📲 Fyonda *444 # ubu nyene, Hitamwo 3, Kugura Uduseke!
🎁 Agaseke kamwe uguze = Akandi bingana ku buntu!
⏳ Poromosiyo yatanguye kuva ku wa 9 Nyakanga gushika ku wa 8 Gitugutu 2026.

🎉 GURA AGASEKE KA INTERNET UKORESHEJE ECOCASH, URONKE AKANDI KU BUNTU! 🎁Fyonda *444 #, gura agaseke ka internet ukoreshe...
10/07/2026

🎉 GURA AGASEKE KA INTERNET UKORESHEJE ECOCASH, URONKE AKANDI KU BUNTU! 🎁

Fyonda *444 #, gura agaseke ka internet ukoresheje EcoCash, hanyuma uce uronka akandi gaseke kangana n'ako uguze ku buntu. Ni uburyo bworoshe bwo kuronka internet nyinshi ku giciro kimwe.

📲 Fyonda *444 # ubu nyene!
🎁 Agaseke kamwe uguze = Akandi ku buntu!
⏳ Poromosiyo yatanguye kuva ku wa 9 Nyakanga gushika ku wa 8 Gitugutu 2026.






🇧🇮 Heri ya Siku ya Uhuru, Burundi!Econet Burundi inawatakia nyote sherehe njema. Endeleeni kuwasiliana, na k**a mnahitaj...
01/07/2026

🇧🇮 Heri ya Siku ya Uhuru, Burundi!

Econet Burundi inawatakia nyote sherehe njema. Endeleeni kuwasiliana, na k**a mnahitaji msaada wowote, pigeni 100 bure kutoka kwenye laini ya Econet.

Heri ya Siku ya Uhuru! 💙🇧🇮





22/06/2026
Munywanyi wacu,Turabahaye ikaze kuza kwiyandikisha neza umurongo wanyu wa Econet Wireless nk'uko bisabwa n’igisata kigen...
18/06/2026

Munywanyi wacu,

Turabahaye ikaze kuza kwiyandikisha neza umurongo wanyu wa Econet Wireless nk'uko bisabwa n’igisata kigenzura itumatumanako .

Turabasavye muce ku mashami ya abegereye kugira ngo iki gikorwa kirangire imbere y’igihe ntarengwa categekanijwe, muraza muzanye ikarata karangamuntu, ku banyamahanga igitabo c'inzira kitararenza igihe.

Today, on National Patriotic Day, we pause to honor and remember the life and leadership of former President Peter Nkuru...
08/06/2026

Today, on National Patriotic Day, we pause to honor and remember the life and leadership of former President Peter Nkurunziza.






Address

Building De La ZEP, Chaussée Prince Louis Rwagasore
Bujumbura
431

Opening Hours

Monday 08:00 - 18:00
Tuesday 08:00 - 18:00
Wednesday 08:00 - 18:00
Thursday 08:00 - 18:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 11:00 - 15:00
Sunday 11:00 - 15:00

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Econet Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Econet Burundi:

Shortcuts

Share