Cya Gipeti C'i Madrid

Cya Gipeti C'i Madrid ⚡Umukunzi wa Real Madrid na CR7🇵🇹
🤥 Umwansi wa mbere wa Barça! Nimba ufana Real Madrid ntugende utafollowinze, Uru rubuga ni Urwaba Madridista bose!

Hala Madrid 🤍

Isura y'umukinyi yatwaye agashimwe adakwiriye.
02/07/2026

Isura y'umukinyi yatwaye agashimwe adakwiriye.

Aba bakinyi ba Barça igikombe c'isi bakiri mubi 😲💀
02/07/2026

Aba bakinyi ba Barça igikombe c'isi bakiri mubi 😲💀

Jude Bellingham niwe mukinyi wambere akina hagati kw'isi muri kino gikombe c'isi! Bellingham 💪🏾 2Goals > Pedri 🤡 0.
01/07/2026

Jude Bellingham niwe mukinyi wambere akina hagati kw'isi muri kino gikombe c'isi!

Bellingham 💪🏾 2Goals > Pedri 🤡 0.

Olise ni uwo abafana ba Barça bibaza ko yamal ari. 😂Cya Gipeti C'i Madrid
01/07/2026

Olise ni uwo abafana ba Barça bibaza ko yamal ari. 😂

Cya Gipeti C'i Madrid

Address

Mirango
Bujumbura
FRANK

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cya Gipeti C'i Madrid posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share