Ndadaye mini bata pera

Ndadaye mini bata pera Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ndadaye mini bata pera, Electronics Store, Muyira kanyosha, Bujumbura.

 : Basubijwe inyuma Indege ✈️ ikiri Mukirere batarashika Iyo baja🤔Indege ✈️ ya Air Ethiopia yakuye Abantu muburundi 🇧🇮 I...
29/03/2026

: Basubijwe inyuma Indege ✈️ ikiri Mukirere batarashika Iyo baja🤔

Indege ✈️ ya Air Ethiopia yakuye Abantu muburundi 🇧🇮 Ibajanye Dubai nuko yahagurutse irashika muri Ethiopia adiss abeba kugira bace bafata iyindi nkuko bisanzwe abagenzi buriye Iyindi arikwo mumasaha make bagira binjire mukirere ca Dubai indege ✈️ bayihaye ubutumwa kwidashobora kwinjira mukirere ca Dubai Bivuye kumutekano utifashe neza Abagenzi basubijwe inYuma batabizi babasubije inYuma muri Ethiopia ntibabimenya bibaza ngonikindi kibuga bash*tseko nubundi basubira kuburiza iyindi ndege ✈️ bisanutse babona barikwo barururuka kuri Airports Melchior ndandaye Mugihe baribazi kobash*tse Dubai batangaye arikwo babwiwe impamvu 🤔🧑‍🦯

Bagenzi vyabayeko ndabihanganishije ndabizi ntivyoroshe gusubira imuhira mugihe wariwasezeye Ubu ntimugire ubwoba uwundi munsi bazobatumako muzofata urugendo Kandi muzoshika mwihangane 🙏

mwibuke gukoresha ya code promo musazawe mumenyereye itabesha ya 1xbet NDADAYE91 ukonyene mundome nkuru mudatandukanije mwironkere ya Bonus ya 200% canke naho mwipfuza ko tubafasha kwugurura compte ya 1xbet twandikire kuri whatsapp canke Appel isanzwe +25769408322

😭😭😭😭😭🛑 Abantu 6 bitavye Imana bahitanywe n'isanganya ----------------------------👆🏾Iryo sanganya ryabereye aho bita mu  ...
19/03/2026

😭😭😭😭😭
🛑 Abantu 6 bitavye Imana bahitanywe n'isanganya
----------------------------
👆🏾Iryo sanganya ryabereye aho bita mu zone komine , kw'ibarabara rikuru RN6

📅 Hari kuri uyu wa 19/3/2026 mu gatondo aho imodoka ntoya (sienta) yunguruza ingenzi yariko iva mu gisagara ca yagonzwe n'ikimodoka kininiya gitwara ibitoro

🗣️Amakuru atangwa n'abatandukanye baraho yemeza ko abantu 6 bari muri iyo modoka ntoya bivugwako yariko ija mu ntara ya Muyinga ya kera, bose baciye bitaba Imana ubwonyene

IMANA IBAKIRE MUBWAMI BWAYO, TWIHANGANISHE IMIRYANGO YAMARASO NIGIHIGU MURI RUSANGI😭😭😭😭

🤣🙄🙊   BA   akazi karaye kabaheranye.------------------------------  BIRADUGIJWE  yaraye idugije  ibiciro kuba   babo   v...
17/03/2026

🤣🙄🙊 BA akazi karaye kabaheranye.
------------------------------
BIRADUGIJWE

yaraye idugije ibiciro kuba babo vyoguhanahana ama aho kare iyo umu Argent ahaye mugenziwe ama Electronic 1.000.000fbu yahorakatwa 3000fbu ubu azohorakatwa 10.000fbu
Ivyorero bikaba bigiye kuzoberintambamyi abakozi ba lumicash bahora bafashanya mugihe hari uwukeherewe uwundafise agaha mugenziwe
Ariko kandi bigiye nokuguma caane kuri babakozi batobato bahora babitsa kumirongo yabo udufaranga bagenda baronka kumusi kumusi kuko ubu bazohora bakatwa amahera meshi nabo batari buyaronke.

Ubu irimwo kuduza ibiciro kugira ntiyugare.

mubona vyari bikwiriye ko akaxi ka kabamwo inzo ngingo nanyarirya gatunze benshi???

😭😭😢* :*Ku wa 17/03/2026 isaha 11:00, ku mutumba Gisuru, muri zone Gisuru, komine Gisuru, abantu bakurikira:1. MANIRAGABA...
17/03/2026

😭😭😢* :*

Ku wa 17/03/2026 isaha 11:00, ku mutumba Gisuru, muri zone Gisuru, komine Gisuru, abantu bakurikira:
1. MANIRAGABA Estache
2. Nzoyinsaba Claude
3. Niyondiko P**o
4. Ndayikengurukiye Élie
5. Niyongabore Jean
6. NTAKARUTIMANA Onésime
7. Havyarimana Léonard
Bafashwe n’umuriro w’amatara (electrocution) baca bitaba Imana ubwo nyene, mu gihe bariko barashinga amapoto y’amashanyarazi (poteaux électriques) kuri uwo mutumba wavuzwe haruguru.

Iyo mpanuka yabaye igihe ipoto yakoranako n’intsinga z’amashanyarazi zidafise ubwirinzi (isolant) zifise inguvu nyinshi (haute tension).

Abo bose bava i Nyabitare, muri zone Nyabitare, komine Gisuru.

Imibiri yabo yajanywe mu buruhukiro bw’ibitaro vya Gisuru.

Amakuru y’ubu ku kibuga c’indege ca Dubai International Airport (DXB) ✈️Muvandimwe wanje 🇧🇮 uri kwitegura kuza muri Duba...
04/03/2026

Amakuru y’ubu ku kibuga c’indege ca Dubai International Airport (DXB) ✈️
Muvandimwe wanje 🇧🇮 uri kwitegura kuza muri Dubai 🇦🇪, reka tubanze tuvuge ukuri kudafise amarangamutima menshi.
✈️ Mbega intambara yaraheze? Ibibuga vy’indege biruguruye?
Kugeza ubu, Dubai nta ntambara iriko iraberayo. Ni umwe mu miji ifise umutekano mwinshi mu karere.
🏙️ Dubai
Ibibuga vy’indege birakora neza, harimwo Dubai International Airport.
Ingendo z’indege zirabandanya nk’uko bisanzwe.
Ubuzima buriko buragenda: akazi, amashure, ubudandaji vyose birakora.
Ariko… 🌍 akarere kose ka Middle East kaguma gafise ibibazo vya politiki rimwe na rimwe. Ivyo bituma abantu bumva amakuru atuma bagira ubwoba. Ariko hagati ya “amakuru” n’“ukuri” hari ikiraro kinini cane.
🔥 Impanuro ku Barundi bipfuza kuza Dubai
Dubai si indoto gusa, ni isoko rinini ry’ama chance. Ariko si paradi mu mufuko.
1️⃣ Ntuzane n’indoto gusa, zane n’umugambi
Ba ufise contract y’akazi canke visa iteguye.
Ntuzoze ngo “nzoshika ndebe uko bizogenda.” Dubai irakunda abantu bafise plan.
2️⃣ Tegura amahera yo kwifashisha nimba uje nk uwigenga
Inzu, transport, kurya… vyose bisaba amahera.
Nimba ata kazi ufise, tegura amezi 2–3 yo kubaho utararonka umushahara.
3️⃣ Kora cane, wirinde ibihuha
Hari igihe amakuru yo ku mbuga ngurukanabumenyi ateranyr ubwoba kuruta uko ibintu biri. Wihweze amakuru yemewe, ntukurikire ibihuha.
4️⃣ Iyubake izina
Dubai ni nk’isoko rinini: uwubaza, uwurondera, uwiyubara neza niwe aronka amahirwe.
Amakuru y’ubu ku kibuga c’indege ca Dubai International Airport (DXB) ✈️
📅 Kuri uyu wa kabiri, 3 Ruhuhuma 2026 hari impinduka zituruka ku bikorwa vyo mu karere hamwe n’umutekano:
🛬 Ibikorwa vyatangiye gusubira mu buryo kandi hari indege zimwe zatanguye kuguruka no kuza. Ariko si nk’uko vyari bisanzwe mu bihe vy’urutonde rwohejuru rw’ingendo.
🚫 Mu minsi iheze, ibibuga vyari vyahagaritswe vy’igihe gito kubera umutekano w’ikirere, ariko ubu hari ibikorwa bike biri kubandanya.
📉 Ubu hari ingendo zimwe zimwe zivuye cangwa zija mu bihugu vyo ku isi ariko ziri ku mubare muto cane.
📢 Impanuro z’ingenzi niba uriko utegura kuza cangwa kwinjira ku kibuga:
🔹 Ntugende ku kibuga utabanje guhamagara aho wasavye itike y’indege yawe .
🔹 Urubuga rw’indege wasavye flight ni rwo rufise ukuri kurusha amakuru yose. Aho niho ushobora kumenya amakuru y’igihe nyaco ya flights yawe n uburyo urugendo rwawe rushobora kubandanya nimba warasivye.
🔹 Abamaze kurira indege bari mu nzira barasabwa kuvugana na airline yabo kugirango bamenye igihe ndetse n’uko ibintu bihagaze ubu.

📊 Muri make ubu (nk’uko ibiro vy’abanyagihugu vyatangaje):
✈️ Hari ingendo zidasanzwe ziri gutangura kuri DXB.
✈️ Ariko ibikorwa si uku bisanzwe nk’igihe cose, kandi ingendo zishobora guhinduka igihe cose.

👉 Inama ya DUBAI Hidden :
Nimba ufise ticket, fata contact ya airline yawe, wumve neza igihe indenge yawe izoguruka canke izozira, kandi uzorindire “confirmation” mbere yo kuva muhira. ✈️📱
Nimba iyi nkuru ya kunezereje yisangize abandi hari abo woba ufashije gira like na follow.
Ntimwibagire gukurikira page Dubai Hidden kungendo n ibitangaza bidasanzwe vya Dubai aho amabanga ahishijwe ahinduka inkuru z ukuri zubaka imitima ya benshi.

04/03/2026

Hello sezera gukoresha amakara menshi iyimbabura mbazaniye hano ihisha mukanya gato kandi urashobora no gukoresha incenga canke ukanacomeka kumuyagankuba ukoresheje Aga chargeur gatoya gashariza telephone yama touche ugacucomeka mumuyagankuba canke ugakoresha ibijwanjwa vyimise kubantu baba Aho barima ikigazi mugihe wabuze amakara iciyongeyeko turaguhana namabuye uzohora ukoresha muburyo bwogupunguza amakara kandi iyo Ayo mabuye amaze gufata umuriro neza ivyutetse binyaruka gusha mumwanya muto kandi ata makara wongeyeko

Kubundi busobanuro duhamagare kurizi numéro +25769408322 WhatsApp kugira tukwishure ikibazo cose wogira

Murakoze karibu cane tubahereze kumahera makeya cane

🤣🙌🏿 Zamuuuura Zamuuuura Zamuuuura, Zamuuuura ; tukuzamuriye icubahiro Buhonga tukuzamuriye icubahiro Buhonga...🤷🏾‍♂️ Nta...
03/03/2026

🤣🙌🏿 Zamuuuura Zamuuuura Zamuuuura, Zamuuuura ; tukuzamuriye icubahiro Buhonga tukuzamuriye icubahiro Buhonga...🤷🏾‍♂️ Ntawe yahaye ng'imuvangireee n'amaaazi ,ntawe yahaye ngw'isubiiire imwaaake, ntawe yahaye ngw'iheze yivuguruuze shishikare ukore neeeza imbere yawe yari ibikoombeeee 🤭...// 🙆🏿‍♂️Urambabaazaa mugenziii wacuuuu utaye impemboooo mu magodoookaaa😏🤣....

🏟️😱I Bwami hahindutse irimbi ndagapfisha satani.😳 // Harukuntu yariko ikoresha Système yo kurinda inyuma n'ikirere mu buryo budasanzwe.🤗

🤣🙆🏿‍♂️ Urukino ruheze agiye gusaba ngo abe ariwe atera Penality ariko umuhagarikizi amubwira ati :" Erega si Penality ndiko ndabatamwo imihondo. Wewe rindiriro uzofane ejo."

🤷🏾‍♂️ Yanyoye urumogi ⁉️🤣

✊🏿 Birangiye Real Madrid 0️⃣-1️⃣ Getafe

Hello burya waruziko kugerageza amahirwe bishobora kukuviramwo umugisha Wawe canke bikanatuma umenya iyinzira yawe yubutunzi iri Kaze rero tubigufashemwo wigeragereze amahirwe yawe mukwugurura compte yawe ukoresheje code Promo NDADAYE91 ukonyene mundome nkuru

nimba naho bikugoye kwiyugururira duhamagara kurizo numéro ziri kwifoto tugufashe kugirango ntiwihende nguhave wonona compte yawe

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/KgLVx2SeD7jHi4Ueiy6tCk nimukwiragize iyo link ya WhatsApp muma group atandukanye murimwo kugira binjire tube benshi dufashanye kandi abashaka kurotira canke kugira dépôt hamwe nabashaka kwugurura compte nshasha nabibagiye compte zabo muze tubafashe Code promo ni : NDADAYE91 mundome udatandukanije

Wipfuza ico tugufasha Hamagara kuri +25769408322 WhatsApp canke Appel isanzwe

Hello burya waruziko kugerageza amahirwe bishobora kukuviramwo umugisha Wawe canke bikanatuma umenya iyinzira yawe yubut...
26/02/2026

Hello burya waruziko kugerageza amahirwe bishobora kukuviramwo umugisha Wawe canke bikanatuma umenya iyinzira yawe yubutunzi iri Kaze rero tubigufashemwo wigeragereze amahirwe yawe mukwugurura compte yawe ukoresheje code Promo NDADAYE91 ukonyene mundome nkuru

nimba naho bikugoye kwiyugururira duhamagara kurizo numéro ziri kwifoto tugufashe kugirango ntiwihende nguhave wonona compte yawe

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/KgLVx2SeD7jHi4Ueiy6tCk nimukwiragize iyo link ya WhatsApp muma group atandukanye murimwo kugira binjire tube benshi dufashanye kandi abashaka kurotira canke kugira dépôt hamwe nabashaka kwugurura compte nshasha nabibagiye compte zabo muze tubafashe Code promo ni : NDADAYE91 mundome udatandukanije

Wipfuza ico tugufasha Hamagara kuri +25769408322 WhatsApp canke Appel isanzwe

🫴🏽 Ng’aya amashirahamwe Reta yahaye uruhusha rwo kurungika Abarundi i Dubaï ✈️✍🏽 Gushika ubu, ayo mashirahamwe agera kur...
22/02/2026

🫴🏽 Ng’aya amashirahamwe Reta yahaye uruhusha rwo kurungika Abarundi i Dubaï ✈️

✍🏽 Gushika ubu, ayo mashirahamwe agera kuri 60, nk’uko bivugwa na Pascal Habarugira, ajejwe guharanira inyungu z’Abarundi bari mu mahanga, mu bushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo imigenderanire n’ayandi makungu.

👉🏿 Isomere neza aho munsi intonde ziriko ayo mashirahamwe uko ari 60

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/KgLVx2SeD7jHi4Ueiy6tCk nimukwiragize iyo link ya WhatsApp muma group atandukanye murimwo kugira binjire tube benshi dufashanye kandi abashaka kurotira canke kugira dépôt hamwe nabashaka kwugurura compte nshasha nabibagiye compte zabo muze tubafashe Code promo ni : NDADAYE91 mundome udatandukanije

Wipfuza ico tugufasha Hamagara kuri +25769408322 WhatsApp canke Appel isanzwe

🫣🙆🏾‍♂️ Ubu buhungu umenga ni ubuyukira bwoca bukwica.🤭 Hari akitwa   ko ni urwembe rwa  .Ntuza izoduga bahonda Ku mutwe ...
22/02/2026

🫣🙆🏾‍♂️ Ubu buhungu umenga ni ubuyukira bwoca bukwica.🤭 Hari akitwa ko ni urwembe rwa .

Ntuza izoduga bahonda Ku mutwe mpaka...🤣

🙄 Sokwe ? "Ndavye Hejuru ndanunkwa"...⁉️✍🏿

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp : https://chat.whatsapp.com/KgLVx2SeD7jHi4Ueiy6tCk nimukwiragize iyo link ya WhatsApp muma group atandukanye murimwo kugira binjire tube benshi dufashanye kandi abashaka kurotira canke kugira dépôt hamwe nabashaka kwugurura compte nshasha nabibagiye compte zabo muze tubafashe Code promo ni : NDADAYE91 mundome udatandukanije

Wipfuza ico tugufasha Hamagara kuri +25769408322 WhatsApp canke Appel isanzwe

Address

Muyira Kanyosha
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ndadaye mini bata pera posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share