24/03/2025
🛑Mbe Woba waributse kwiyandikisha muri ino mwateguriwe na ? Nyaragasa nimba utavyibutse,kuko kwiyandikisha hasigaye iminsi iri kurushi utazocikwa. na Formation izotangura kw'igenekerezo rya 31 gushika kurya 06 ndamukiza 2025 mukiringo c'indwi yose.
🔴🙌 M.N : Inyigisho zizotangwa kubuntu ,ariko kugirango uronke amahirwe yo gukurikirana izo nyigisho, urasabwa amafranga ibihumbi mirongo ibiri nabitantu yonyene (25.000 Fbu) kugirango bagutegurire hamwe bijanye na formation w'ipfuza gukurikirana.
Maze muheze muhabwe ubumenyi mwigishwe neza vyuzuye umwuga w'okworora , Amafi, Inkoko, Inkwavu, hamwe n'ingurube.
Aho naho ni muri yatungajijwe na bakaba babateguriye ivyovyirwa kumagenekerezo akurikira:
1°/ Formation de pisciculture : Du 31/03/2025 au 06/04/2025.
2°/ Formation d'aviculture : Du 07/04/2025 au 13/04/2025.
3°/ Formation de Cuniculture : Du 14/04/2025 au 20/04/2025.
4°/ Formation de porciculture : Du 21/04/2025 au 27/04/2025.
📍Muri iyo mice yose uko ari ine (Ubworozi bw'amafi, ubworozi bw'inkoko ,ubworozi bw'inkwavu hamwe w'ubworozi bw'ingurube), umuntu niwe azicagurira ico akwiye kuronswamwo ubumenyi mugihe abishoboye akazo bikurikirana vyose kuko ninyigisho ukwari zine zizoba kumagenekerezo atandukanye burindwi imwi imwe hazoba hategekanijwe inyigisho hama izonyigisho bagaheza bakazikurikiranira biciye muri group WhatsApp aho nikubazoba badafise umwanya.
naho kubantu bazoba bafise umwanya bazokurikirana formation presentielle mukwishikira kukibanza kizotangirwamo formation aho naho ni mukamenge kuri 6 avenue imande ya commune Ntahangwa kuri salle Bita la Frecheur bar
turateye akamo nabanyeshure yarimaze kuramura kuza bagakurukirana izonyigisho bivanye nicirwa bagiye bakurikirana kugirango barushirize gukarisha ubumenyi maze baheze bororanirwe mubikorwa vyabo barimwo vyokwiteza imbere
🏃Nyaragase mwiyandikishe kuko iminsi iregereje, ufise ico ubaza canke ibindi bisobanuro twandikire kuri +257 62592739 (WhatsApp ).
👏: Abazokwitabira izo formation bazohabwa igitabu, hamwe n'urupapuro rwerekana ko bakurikiranye ivyirwa(Livre & certificat).