25/10/2024
AMASOKO YO GUKIRA HAMWE N'UMUKOZI W'IMANA PASTOR CHRIS NA PASTOR BENNY HINN.
Kurikirana ikibiriraho igikorane co gukira ingwara aho wicaye muhira. Benshi baramaze gukira basengewe muri iki gikorane kandi bibereye muhira.
Kurikirana uciye kuriyi lien. Fyonda hano mugikurikirane mu rurimi rw'ikirundi:
https://www.youtube.com/live/T-hBGB15c0I?feature=shared.
M.N: Murashobora kugikurikirana kuri BETV IRI KURI CANAL NA STARTIMES.
KAZE MU GIKORANE CUGUKIRA INDWARA HAMWE NUMWUNGERE CHRIS OYAKHILOME