18/07/2026
🔴KANGUKA : UMWANA YAJE ADATAMBUKA, BATANGUYE GUSENGA, ACA ARAKIRA.
===================
Wari umunezero ku muvyeyi w'uyo mwana, yari afise ikibazo c'ubumuga. Umwana yari afise ububabare bwinshi ku maguru, adashobora gutambuka. Bamaze gusenga mu gikorane ca KANGUKA, umwana araronka gukira, aratambuka, atahana na Maman yitambukira.
Plastique zagabanya ububabare bw'umwana, Maman wiwe yazitahanye mu maboko.
sc: Akeza net