Kazinduzi y'ikirundi

Kazinduzi y'ikirundi Cette page nous permet de cconnaître bien la langue kirundi

13/01/2024
20/12/2023

Umuvuba ni igikoresho bakoresha mu gucúra.kirahuha amakara akaka

27/10/2023

Abana: ni umuntu aba atarakwiza imyaka 18 akigaburirwa n'umuvyeyi
Umwana afise imisi 2 -1ukwezi ni uruhinja.
1-3amezi ni ikibunduguru
Ashikanye imyaka 15 ni umuyabaga aba ariko aritegurira kuzoba umugore canke umugabo

25/10/2023

Abantu/a-ba-ntu/
A=integuza
ba=inyitangizo rukozi
Ntu=itsitso

25/10/2023

Abantu: ubwinshi bw'umuntu.inyitangizo rukozi ba. Akarorero: umuntu araje(rudende)
Ubwinshi=Abantu baraje

14/10/2023

Intore: ivyamwa barima bakabifungura
Intôre: Zari ingabo z'umwami

19/01/2023

NI ITANDUKANIRO IRIHE RIRI HAGATI Y'AYA MAJAMBO; Kira ngeni na Gira ngeni?

03/10/2022

Kiranga ni imana abarundi bamye basenga.Ngo yarabaha imigisha n'ukuyisaba bakayisaba

10/11/2021

WOBA UHORA UBURA AHO URONDERERA AMAJAMBO MUGABO UKAYABURA? Uzotemberere uwu mugwi uzotahura vyinshi? Nkakarorero woba u*i ico aya mazina asigura? Imihimbiri;Ibishegu;iciru Barera Bihome ,Abatare ,Abezi;Abambutsa ,Abataga?Ivyo ni bike muvyo uzomenya!!! Mu mezi make!! Ndazi ko bitoroshe ariko ndikumwe n'abantu nkamwe ndizigira ko nzobishobora.

08/11/2021

Iyi nteguro izofasha abayisoma :1.Gutahura insiguro y'amajambo y'ikirundi mu kirundi nyene;
2.Izoteza imbere ururimi rw'IKIRUNDI
3.Gufasha abanyamahanga gutahura ikirundi n'abarundi bamwebamwe;
4.Izofasha gutahura imvugo zivugwa n,abaririmvyi hamwe n,abanditsi;
5.Izogufasha kubona imico n'imigenzo vy'abarundi n'ababanyi babo.

Ese rero iyi mpinduro yogira ico ikwigishije!

Address

62766870
Bujumbura

Telephone

+25762766870

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kazinduzi y'ikirundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kazinduzi y'ikirundi:

Share