TZ VÏC JABES lovers

TZ VÏC JABES lovers Please follow my page “TZ VIC JABES LOVERS” and support me. Thank you for your support 🇧🇮5k

18/07/2026

Hy my pipo

🔴 Urutoke kuri ngendanwa baranyereza k'ubwumuvuduko wa interinete yihuta ku buntu, mu kibanza ndangakaranga ku cibutso c...
18/07/2026

🔴 Urutoke kuri ngendanwa baranyereza k'ubwumuvuduko wa interinete yihuta ku buntu, mu kibanza ndangakaranga ku cibutso c'ingoma mu Ntara ya .
__________________________

Kuri uyu wa 15 Mukakaro 2026, Radio Voix d'Espoir Ijwi Riremesha yaragendeye ikibanza ndangakaranga c'icibutso c'ingoma cubatswe hagati mu gisagara ca Gitega aho usanga urwaruka nyamwinshi bateramiye atawuvugana n'uwundi , bamwe bandikira abarikure mu buhinga bwo gutumatumanako abandi bacukura ibijanye n'Ubushakashatsi mu bumenyi , nkuko babitwiganiye ngo biraborohera cane bivanye n'umuvuduko wa interinete babahaye muri ico kibanza ku buntu.

Uwitwa Lucien IRANGABIYE ashikiriza ko akengurukira vy'imvamutima abagize uruhara muri uyo mugambi.

Tubibutse ko ico kibanza cuguruwe ku mugaragaro igenekerezo rya 20 Rusama 2026 , kikaba cubatswe ku mafaranga angana n'imiriyoni 80 , kigashobora kwakira abantu barenga 50.

24/04/2026

Address

Gitega
Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when TZ VÏC JABES lovers posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share