ENCY Company

ENCY Company Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ENCY Company, BUTANYERERA-NGOZI Centre ville en face de INTERBANK, Ngozi.

25/12/2025

ENCY COMPANY wish you Happy Christmas 🪴🌲🌲 and Happy upcoming New Year 🕖2️⃣0️⃣2️⃣6️⃣

14/12/2025
INKEREBUTSI DAY 2025🇧🇮🎁ENCY COMPANY yashimiwe Imbere ya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu S.E Général Major Evariste NDAYI...
14/12/2025

INKEREBUTSI DAY 2025🇧🇮

🎁ENCY COMPANY yashimiwe Imbere ya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu S.E Général Major Evariste NDAYISHIMIYE.

✍️Inyuma y'ibiganiro bidasanzwe vyahuje urwaruka rw'umuhabane wa Africa bitewe iteka na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'Uburundi kuva kumagenekerezo ya 11 na 12/12/2025 bigasozerwa kw'igenekerezo rya 13/12/2025 n'umusi mukuru wahariwe urwaruka rw'Inkerebutsi mu BURUNDI "INKEREBUTSI DAY", Société ENCY COMPANY yashimiwe nk'umugambi wabaye uwambere mu migambi itanu yatowe nk'iyitwaye neza mu ntara ya , muyindi migambi myishi ifashwe mumugongo n'Ikigo kijejwe iterambere ry'urwaruka mu Burundi arico PAEEJ ( Programme d'Autonomisation Économique et d'Emploi des Jeunes).

🙏Ni iteka bidasanzwe twatwewe riduter'intege. Bituma tugiye kurushirizaho kuronsa mwebwe abakiriya bacu muhurumbira ivyo tubakorera ibikorwa vyiza kandi bijanye n'igihe tugezemwo.

💻🖨️📚 Tubibutsa ko ushaka gusohoza ibitabo, kwandikisha kumpuzu ; inkofero; amasahani ibitasi...canke gushirako amafoto canke ama logo turabigukorera neza cane. Turadandaza n'ibikoresho vy'ubuhinga bwa none (Informatiques) tukanatanga FORMATION na STAGE mubijanye na Informatique🖨️🖨️🖨️💻

www.encycompany.bi
paeej_burundi@

14/12/2025
Dushimiye IMANA yashoboje nka ENCY COMPANY kuronka ikibanza cambere muntara ya BUTANYERERA mumigambi yitwaye neza ishihi...
03/08/2025

Dushimiye IMANA yashoboje nka ENCY COMPANY kuronka ikibanza cambere muntara ya BUTANYERERA mumigambi yitwaye neza ishihikiwe n'ikigo PAEEJ.

05/05/2025

Address

BUTANYERERA-NGOZI Centre Ville En Face De INTERBANK
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ENCY Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share