Difix electronic

Difix electronic "Nous donnons la chance à vos appareils de durer très longtemps plus que prévu par les fabricants"

Zana TV zanyu muri Labo ya Difix zizogenda zikize
19/07/2024

Zana TV zanyu muri Labo ya Difix zizogenda zikize

L'energie au reposNi perfomance yakozwe n'abakora utugenegene(artistes)Marina Abramović(serbe née en 1946) hamwe na Ulay...
12/01/2024

L'energie au repos

Ni perfomance yakozwe n'abakora utugenegene(artistes)
Marina Abramović(serbe née en 1946) hamwe na Ulay[1943-2020] muri 1980 muri Amsterdam

Bariko barakina, iyo couple yishize mu kaga.
Marina yafashe umuheto arawugumya, ico gihe Ulay nawe yari agumije umwampi utumbereye ku mutima wa mugenziwe Abramović

Haribonekeza uruhagarara (tension) mugihe baciye bahagarara bameze nkabahengamiye inyuma bishimikije gusa udutsintsiri tw'ibirato vyabo .
Ivyo babikoze iminota ine yose namasefunda cumi n'abiri (4'12")

Abariko baravyitegereza imitima yahatswe kubacamwo , kuko agakosa kamwe kari gutuma uyu mukenyezi Abramović yari akiri muto kari gutuma yaca yitaba imana ubwonyene.

Kw'izina rijanye n'ico gikorwa , Marina Abramović na Ulay bahuza inguvu zabo kandi bategerezwa kutikoma canke ngo binyagaze .

Bari bafashe bashira utu micros ku mitima yabo kugira bafate ukwo imitima yabo yariko iratera igihe bariko babikora.

N'ubwo imisemburo yabo mu mubiri nka Adrénaline yaduze caane , ubufatanye n'ukumenyerana vyabashoboje kugira Équilibre

Babifotoye bifashishije Polaroïd
Iyi photo uyisanga aho imanitse mu nzu y'iratiro MACUAL
Hariho mbere i vidéo aho wumvamwo ukuntu imitima yakubita.

Hariho igihe uhangayika ukabura ukwo ubigenza Genda ukoreshe TV yawe kuruyu mu Ir en électronique 68563036
12/01/2024

Hariho igihe uhangayika ukabura ukwo ubigenza
Genda ukoreshe TV yawe kuruyu mu Ir en électronique 68563036

Nkubu urashobora kuba ufise phone ntoya ariko ikora neza gusumba uwufise kininiNawe sinzi ko bimaze gushika ukabura aho ...
10/01/2024

Nkubu urashobora kuba ufise phone ntoya ariko ikora neza gusumba uwufise kinini

Nawe sinzi ko bimaze gushika ukabura aho ukoresha TV ya flat screen yawe , woca urondera uyo mu Ir en électronique akorera muri Difix

07/01/2024

Wahevye umugabo wawe kubera yakuvanga
Mufitaniye umwana umwe canke babibiri
Rero wahukanye kubera yakuruhishije
Uca urigira
N'abana
Utanguye gukora caane kugira uronke ivya nkenerwa.
Uriruka cane urondera ariko ntibihagije.

Kugira u*ibire ikinogo kuko ubu*ima budahengeshanya ku*imba. Wahuye n'uyundi mugabo atunze.
Arayafise pe.
You don't care , wishakira kuriha vya ngombwa abana bakeneye,nkumukenyezi ashoboye, ashaka kutwemeza ko bishoboka kwibeshaho ukitunga .
Wifataniye n'umugabo w'imunyamafaranga .
Nawe ubu uri ibiro vya kabiri (side chick)

Ubu uratanguye gutahura igituma umugabo wawe yari afise ahandi yinyavya .
Ntucitayeho ko ivyo ubupfasoni, watanguye gutahura igituma. Birashoboka ko ba bagore umugabo wawe yajamwo nabo bari bafise abana bashaka kugaburira no kubeshaho.

Ariko n'ubu ntibirakunyura , nturashirwa.

Uraterefonye wa muhabara wawe ari muhira ,aragukariye gose kubera uriko uramuvuruga yibereye kumwe n"umugore wiwe " kandi akubwiye ko kizira kumurondera ari mu rugo .
Birakubabaje urabuze uwuguha nirwere

Wahora ufise "umugabo wawe "
Yaraja hanze ariko yari rwawe, igihe cose yaragaruka mu rugo.

Ubu ushaka kumenya amakuru ya wa mugabo mwahorana,ariko usanze yaramaze kurongora uyundi mukobwa akiri muto.

Uramurondeye, muravuganye araje kubatemberera n'abana,haraho asiga amahera n'infungurwa .ariko ubu yitahira kuri wa mugore mushasha .

Murasubiye muriyumvanyemwo, muranabikoze.

Arasubiye mu rugo ku mugore wiwe.

Ubu usigaye ufise abahabara bifitiye abagore babo, kandi bose bacamwo abagore babo.

Uriko widoga ngo ubu*ima bwarakurenganije

Vyumvikana nkahovbibabaje ariko niko bimeze , muri ino minsi birarwiriye.

Abantu baciye ubwenge bigira ku makosa y'abandi

Ntuve mu rugo rwawe rutuje kubera wamwumvise hanze.
Hose imvura irarwa (Impanuro)

Hariho umu Ingénieur en électronique a reparant ama TV écran plats whataspps +25768563036

Kora partage muri groupe imwe na like uce ugira follow ya page ya Difix
"I'm the best at what I do"

07/01/2024

Woba u*i nk'ahantu hakora aba professionals bama TV ya Ecran plat ?

Whatsapp +25768563036

Abantu baronka uduhera bagaca batangura gutanga inyigisho ko kwiga ataco bimaze.Nawe sinzi ko biragushikira ukabura ahan...
07/01/2024

Abantu baronka uduhera bagaca batangura gutanga inyigisho ko kwiga ataco bimaze.

Nawe sinzi ko biragushikira ukabura ahantu hizewe wokoresha TV ya Écran plat yawe

Whatsapp +25768563036

Ndahukanye mu vyo gufyina...
18/12/2023

Ndahukanye mu vyo gufyina...

Iyumvire ko uhuye n'uwo mwahora mwigana (umukenyezi yiywa Janine) mu bunywero batambiramwo (club) kandi mwese mwaborewe.Muraganiye umwemereye ko uza kumutahana, ubona ko wasanze mubana kw'ibarabara rimwe muri karitiye

Murinjiye na Janine mu muduga hama mukicarana mu ntebe zimbere (front seats) ubwo nyene urasohotse gato, kugura ikinyobwa utahana(takaway). Magingo wasohotse, uyu Janine abonye umubanyi akaba ari n'umugenzi wiwe, umubwiye ko yokwinjira akicara mu ntebe y'inyuma ubona ko yamaze kwironkera déplacement ya gusa kandi nziza iza kumushikana mu rugo bitamugoye.

Wa mubanyi Chantal arinjiye ariko aciye buno nyene asinzira ku ntebe y'inyuma.

Mukanya uragarutse, urakije umuduga, muratashe, Uravye ku ruhande Janine nawe nyene arasinziye, mush*tse iwabo,ararushe caane,siwe abona arash*tse mu gitanda yiryamire, uramwiseguye, uramwururukije, uramusezeye.

Ubu uriko uritwarira umuduha ataco winona, utazi ko Chantal yiryamiye inyuma muri back seats , nturamubona kuko ntanubwo mwigeze muyaga.
Janine nawe yanavyibagiye uravye uko yari yabaye , ntiyari kuvyitwararika .

Urash*tse, uraparitse , kubera na wewe warushe wihutiye kwinjira kuryama . Umunsi ukurikira umugore aravyutse umuduga ashaka kuwutwara ahantu, ubona ko kenshi yama awutwara muwukoresha mwese ataco bitwaye. Na narirya na wewe uciryamiye.

Yakije umuduga mu gatondo isaha imwe 7h, chantal ariko arahirira inyuma mu muduga araciryamiye. Yiyambariye akamini, nako nyene kaduze hejuru .

Isigure ukoresheje impapuro zitatu, uze kwemeza umukenyezi wawe ko Chatal mutazinanye.

N.B. murashobora gukoresha Calculatrice na brouillon.

Muri Difix turasanura ama Télévisions atagikora hamwe mwoduhamagara kuri +25768563036

Iyumvire ko uhuye n'uwo mwahora mwigana (umukenyezi yiywa Janine) mu bunywero batambiramwo (club) kandi mwese mwaborewe....

Address

Buyenzi

Opening Hours

Monday 07:00 - 19:00
Tuesday 07:00 - 19:00
Wednesday 07:00 - 19:00
Thursday 07:00 - 19:00
Friday 07:00 - 19:00
Saturday 07:00 - 19:00
Sunday 09:00 - 17:00

Telephone

+25768563036

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Difix electronic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share