Pablorix

Pablorix ✅I'm John Paul Nshimirimana but better known as Pablorix from Burundi , TERIX founder ✅
Find it through Netlify.

Sign up on 1xBet with promo code "BFB13"
WhatsApp +25779127235🙏

Hey mi people 👋C'est  🇧🇮 avec  Tubipfurije weekend nziza✅🔥💥
28/08/2026

Hey mi people 👋
C'est 🇧🇮 avec

Tubipfurije weekend nziza✅🔥💥

25/08/2026

Kinindo market 😭😭😭

🔵Ni amateka adasanzwe ku muririmvyi nka   kuba ariwe mu ririmvyi wa mbere mu Burundi 🇧🇮 afise indirimbo ya mbere imaze k...
21/08/2026

🔵Ni amateka adasanzwe ku muririmvyi nka kuba ariwe mu ririmvyi wa mbere mu Burundi 🇧🇮 afise indirimbo ya mbere imaze kurabwa cane kurusha izindi zose ku rubuga rwa YouTube ndetse ubu akaba yongeye kwandika amateka yo gukwiza views zingana na kuva umuziki w'uburundi watangura kubaho🖊️🖊️🖊️🖊️🖊️🖊️

Congratulations 🎉 to him

Ni hatari ibintu ntivyifashe neza inyuma y'agahinda abatari bake bagize bivuye kugusha kwa   NDAYIZAMBA , agahinda ni ke...
21/08/2026

Ni hatari ibintu ntivyifashe neza inyuma y'agahinda abatari bake bagize bivuye kugusha kwa NDAYIZAMBA , agahinda ni kenshi mumaso😭

Twihanganishe abahahombeye ivyabo Bose, Imana izoba ibindi🙏

21/08/2026

Ni hatar 🥱😭😭😭

21/08/2026

Centre ville 😭😭😭
Twihanganishe abahahombeye🤔

20/08/2026

Costa Muco🇧🇮🔥 mu gasobanuye
+25779127235

Injira muri Channel ya Whatsapp icamwo vyinshi bitandukanye kubijanye n'ubumenyi hamwe na motivation 👇👇👇👇👇🙌👇👇👇👇👇👇👇
Follow the Terix channel on WhatsApp: https://whatsapp.com/channel/0029Vb7PNYU4tRrqSjIavM1k

20/08/2026

Uku niko mubikora abahungu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

Yitwa Elon musk, umutunzi wa mbere kw'isi ndetse akaba yisangije umurwi wo kuba umu trillionaire yavukiye muri Afrique d...
20/08/2026

Yitwa Elon musk, umutunzi wa mbere kw'isi ndetse akaba yisangije umurwi wo kuba umu trillionaire yavukiye muri Afrique du sud mu nyuma yimukira muri USA .
Ni umu fondateur w'ama company akomeye nka:
X(Twitter)
X.AI
Tesla
SpaceX.........

Ihangiro rya Elon musk n'uko mu myaka iri imbere abantu bamwe bamwe bazoba batanguye kuba kuzindi planets nka Mars(Through SpaceX)

Kora ubandanye umenya vyinshi
🇧🇮

Tubandanye twiyandikisha muri 1xBet hamwe na code promo "BFB13 "Turondere kuri Whatsapp +25779127235 tugufashe 🙏
20/08/2026

Tubandanye twiyandikisha muri 1xBet hamwe na code promo "BFB13 "
Turondere kuri Whatsapp +25779127235 tugufashe 🙏

Address

Pablorix@gmail. Com
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pablorix posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share