Fone Yanje Vyinshi Kuri Je

Fone Yanje Vyinshi Kuri Je Menya ivyo Utaruzi kuri telephone yawe biciye kuriyi page ya 👇👇
👉 Fone Yanje Vyinshi Kuri Je

04/08/2026

it-0001 👉 Aho Vyakabereye Ni Kera

itegeko rya mbere👇👇
04/08/2026

itegeko rya mbere👇👇

04/07/2026
04/07/2026

Kubera ukutamenya gusa !!!!
Aho Vyakabereye Ni Kera

29/06/2026

1.Title

Kubera Iki benshi Dukunda Abatadukunda? Ukuri Kubabaza Benshi

2. DESCRIPTION
🎙️ KURABABAZA | Urukundo canke Igikomere? Kubera Iki Ukunda Abatabakunda

Muri iki kiganiro turavuga impamvu zituma abantu benshi biruka inyuma y'abatabakunda, n'ukuntu ivyo akenshi bifitaniye isano n'ibikomere vyo mu mutima kuruta urukundo nyakuri.

Abantu ntibakora ico badatahura impamvu.

"Nimba ushaka kwiga vyinshi ku rukundo, umubano n'ubuzima bwo mu rugo, kurikira Aho Vyakabereye Ni Kera kugira ngo twubake hamwe imitima n'imiryango."

Mbega wewe ubona umuntu akunda abatabakunda biterwa n'urukundo canke igikomere cihishije? Ndashaka kumenya iciyumviro cawe.

25/06/2026

Ikintu c’ingirakamaro uhamagarigwa gukora nimba haraho wipfuza kuva n’aho wipfuza gushika: "N’ukumenya umuhamagaro wawe(to find your purpose)

Aho Vyakabereye Ni Kera

25/06/2026

Ngir’ibanga canke urupfunguruzo rwo kuba umuntu w’ingirakamaro kandi yam’akenewe.

Aho Vyakabereye Ni Kera

24/06/2026

Bamwe twita ngo ni banyamwigendako na bamwe bashishwe ngo bavyenzwe, muze mwese ndabah’icigwa.

24/06/2026

Ngiyi intumbero yo kuba attractive, umuntu w’akamaro kabantu n’agaciro aho ush*tse hose.

24/06/2026

Niwaguma wijiriwe ukam’ushavuye, nah’uzoba uri mwiza cank’umutunzi tuzoguhunga.

uguhunga
gukunda
love
amahoro
umunezero

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fone Yanje Vyinshi Kuri Je posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share