Sammy photograph

Sammy photograph Carama

⚖️♟️🔥💣 TWESE DUTI CONGRATULATION KUMUHUNGU WACU Melanin boy  UWAHEZAGIWE NUMUKAMA WACUUyumuhungu azokwamana imigisha  ku...
20/09/2024

⚖️♟️🔥💣 TWESE DUTI CONGRATULATION KUMUHUNGU WACU Melanin boy UWAHEZAGIWE NUMUKAMA WACU

Uyumuhungu azokwamana imigisha kuko niyo mpembo ikwiranye no kwicisha bugufi kwiwe nogushima akibuka ko ahari atariwe yahishikanye Yavuzeko kuva kumufana wambere ngo mwarakoze cane💣

Uyumusi nawe aramutse ahabwa agashimwe na YouTube ko gukwiza abamukurikirana barenga ibihumbi ijana kuri chaine yiwe 💝💥
Turamukeje cane

fans uyumuhungu arashoboye cane natwe tumushigikire amere NKABANDI Gahunda ntimuyibagire iryandirimbo naha kuri facebook nsumbazose💣🔥🔥🔥 mpaka bamusavye ikigongwe company limited of burundi

Kaze mwese kubiza kujaguca akanoti mubihugu vyabarabu   company limied of burundi
10/09/2024

Kaze mwese kubiza kujaguca akanoti mubihugu vyabarabu company limied of burundi

Ibi vya Fabelove DA K.SHAN BOY navyo birabazwa nde? N'ibiki biriko biraba kubana b'igihugu ⁉️ Tuvuge Ko batereranywe? Um...
19/05/2024

Ibi vya Fabelove DA K.SHAN BOY navyo birabazwa nde? N'ibiki biriko biraba kubana b'igihugu ⁉️ Tuvuge Ko batereranywe? Umuziki Wacu uzotera imbere gute Bikimeze uku?
😰 Abana baratera ntakibakira, Ingendo n'ibiteramo basigaye babibona munyandiko gusa.
👇🏿 Ubu ni ubutumwa bwa Fabelove DA K.SHAN BOY
*Slt slt
Ntavyinshi novuga atar'uko nobwira MRC bcp cane cane kur'abo bose banyipfuriza ineza,ndetse banarara kumavi kugira ngo ivyanje bikunde,n'ibimenyeshamakuru bimw bimw🙏🙏😭😭😭😭 Urugendo rwo muri Festival ya COLORS OF THE EAST(USA) ntirukibaye❌❌
Iyi nkuru mbi narayigungiyeko ,ndahakwa no kubiheba kubitangaza ..ariko ndaremerwa n'abakunzi banje kubera atan'umw atambaza kino kibazo ca USA..ngira namw mwaravyibonera muma commentaires😭😭iyi nkuru mbi nari ndayiryamanye munzu kuva le 29 z'ukwezi guheze🙏✊so,soyons forts✊✊🙏imbere ni heza!!i don't give up.kuko n'ubundi gushirwa mu rutonde nka rurya ni kubw'ubuntu bwayo si kubwabo!!so, ndazi ko har'ababirwanije kurwego rwo hejuru...noneho ni mwigine intsinzi yanyu!!Ariko abari bavyishimiye nabo mwihangane cane,ntiyampevye kuko nimba yakoze biriya ndizera cane ko ariyo izokora n'ibindi bihambaye no kuruta ivyo🙏😭.Ariko ntaco...God is good✊ntaco ikorera ubusa.*
📝Agiye murundi rutonde rurerure rw'ababura impapuro z'inzira batumweko gutera iteka igihugu.

19/05/2024
Happy birthday to me🥧🥧🥧🍾🍾
14/03/2024

Happy birthday to me🥧🥧🥧🍾🍾

Ibintu bije kuyindi mpwemu idasanzwe map niya le31-12-2023 ku DEN DEN BAR Avec Dj sammy
30/12/2023

Ibintu bije kuyindi mpwemu idasanzwe map niya le31-12-2023 ku DEN DEN BAR Avec Dj sammy

New year Party Vuba turaje tubibatemwo Dj Sammy ft Dj Chacool
23/12/2023

New year Party Vuba turaje tubibatemwo Dj Sammy ft Dj Chacool

🚨 1993 - 2023 🕯️Imyaka 30 irarangiye Perezida Melchior NDANDAYE 🇧🇮 agandaguwe , hari mwijoro ryuw' 21 ukwezi kwicumi umw...
21/10/2023

🚨 1993 - 2023 🕯️
Imyaka 30 irarangiye Perezida Melchior NDANDAYE 🇧🇮 agandaguwe , hari mwijoro ryuw' 21 ukwezi kwicumi umwaka 1993 .
Perezida Melchior Ndadaye ( incugu ya Demokarasi y'uburundi 🇧🇮 ) yagandaguwe amaze iminsi 102 gusa abaye umukuru w'igihugu wambere yari yatowe n'abanyagihugu .

Address

Chris Studio Kanga
Bujumbura
DJSAMMY

Telephone

+25769542161

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sammy photograph posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share